Alvi Smith azaniye abakunzi biwe “Nta birefu”

0

Alvin Smith n’umwe mu baririmvyi b’abarundi bakiri bato cane ariko bafise ingabirano idasanzwe cane mu muziki ndundi agiye gusohora indirimbo yitwa Ntabirefu nkuko yashoboye kuvyiganira ikinyamakuru cacu ubmnews

alvin
Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews,Alvin akaba yatumenyesheje ko agiye gusohora indirimbo yitwa Ntabirefu kandi yiteze ko izoryohera benshi,Alvin akaba yatubwiye ati:
Ngiye gusohora indirimbo yitwa Ntabirefu kandi nizeye ko izookora kuri benshi kandi bazoyikunda cane

Tworangiza tubamenyesha ko iyo ndirimbo azoyikorerwa n’umuhinyanyuzi Masterland