Ntibakiri mu baserukira Ishengero Eglise Vivante mu Burundi.

0

Mu ngingo zibandanya zifatwa n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, uwo arongoye ubwo bushikiranganji,Pacal Barandagiye, akaba yahagarukiye abarongozi b’amadini mu Burundi bahunze igihugu.

Aho twovuga babiri bavuzwe mu ngingo yafashwe na Pascal Barandagiye, aribo Edmond Kivuye et Arthémon Simbananiye ko ‘batakiri abserukira idini rya Eglise Vivante’ mu Burundi bivanye n’itegeko rigenga amadini mu Burundi.

Soma hano: