Nibwo bwambere bibaye kuri Barack Obama ” Raba hano ivyamushikiye aho yariko arashikiriza ijambo.

0

obama

Umukuru w’igihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika ” Barack Obame ” arahangayikishijwe cane n’abana hamwe n’abanyagihugu bamaze igihe baraswa n’abantu bafise inkoho ,kuncuro yambere rero, Barack Obama vyamunaniye kwihangana araturika ararira imbere y’isinzi yabantu aho yariko arashikiriza ijammbo.

Raba hano video yiwe ariko ararira.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here