Lolilo yatahutse mu gihugu ciwe c’amavukiro

0

Ntibikiri urukurukuru umuririmvyi w’umurundi Lolilo yatahutse mu gihugu ciwe c’amavukiro nyuma yaho yaramaze iminsi ari mu biteramo mu gihugu ca Afrika y’Epfo
lolilo musani
Agishika ku kibuga c’indege ca Bujumbura,lolilo yatanze ikiganiro ku kinyamakuru ubmnews akaba yamenyesheje ko aryohewe cane kubona agarutse mu gihugu ciwe c’amavukiro
lizzo
Tworangiza tubamenyeshako lolilo yakiriwe n’umutambukanyi wiwe Loliane