Ngubu hano ubwiza budasanzwe bwa Miss Burundi-USA ” Nimenya Junelle

0

Nimenya Junelle , America Nzima niwe mukobwa yaraye atowe nk’umurundikazi wa mbere agiye guserukira abandi bakobwa, aho yaraye atsindiye ikibanza ca Miss Burundi- USA ” 2017.

Aya namwe mu mafoto adasanzwe agaragaza ubwiza bwa ”Miss Burundi-USA ” Nimenya Junelle.

UBM News tubibutse ko tugiye kurondera uno mukobwa aho tuzomubaza vyinshi bijanye n’ubuzima bwiwe, amashure yize ndetse nico azofasha Urwaruka rw’Uburundi.