Ngiyi hano Ya video nshasha ya Mt Number One abantu benshi bari barindiranye igishika.

0

Video nshasha ya Miss independent y’umuririmvyi rurangiranwa muri Leta zunze ubumwe za America ” Mt Number one ” iza yamaze kuja ahabona nkuko uno muririmvyi yari yaravyemereye aba fans biwe.

miss ind

Ushobora kuyiraba hano nimba utarayibona.