Diamond arikumwe na P-square bashize ahabona indirimbo yabo nshasha

0

Umuririmvyi Nassibu Abdoul Djuma abenshi bazi kw’izina rya Diamond wo mu gihugu tanazania yashize ahabona indirimbo arikumwe n’umugwi P-square wo mu gihugu ca Nigeria,indirimbo yitwa”Kidogo”
diamond na ashley diva
Yirabe hano: