Lady Grace:Umwaka uza ngiye gukora cane

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Lady Grace agiye gukora cane mu mwaka wa 2016 nkuko yabitumenyesheje kw’igenekerezo rya 20/12/2015 tumusanze aho umugwi Best life music wariko ushirira ahabona amasanamu y’indirimbo Better Than
Better Than Launch - Lady Grace
Lady Grace ati:Ngiye gukora cane mu mwaka wa 2016,nzokora indirimbo zitari nke kandi ziryoshe so nizera ko abafana banje bazoryoherwa cane
Tworangiza tubamenyesha ko Lady Grace ari umwe mu baririmvyikazi b’abarundi bakundwa cane