Vitalo’o fc ibandanya yibera mu kibaza ca mbere mu rutonde rw’ihiganwa

0

Umugwi wa Vitalo fc usanzwe umenyerezwa na kanyankore Gilbert YAounde ubandanya wifatira ikibanza ca mbere mw’ihiganwa rikuru ryo ngaha mu gihugu c’uburundi.
vitalo
Kuruno munsi uyo mugwi ukaba watahukanye intsinzi mu gutsindira umugwi wa Nyanza United iwabo ku bitsindo 2_1
Nyuma yiyo ntsinzi uyo mugwi wa vitalo fc ukaba wabandanije uri mu kibanza ca mbere c’ihiganwa