Ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu Burundi ryabandanije muri ino ndwi

0

Ihiganwa ry’umupira w’amaguru hano mu gihugu cacu ryabandanije kuruyu wa gatandatu,rikaba ryari rigeze ku munsi wayo ugira cumi na gatatu
Inkino zitari nkeya zashoboye kuba,izindi nazo zikaza kuba kuruyu w’Imana igenekerezo rya 27/12/2015

Primus ligue

Muri izo zabaye batsindanye uku gukurikira:
Messager Bujumbura 1-1 Athletico Olympic.
-Jeunes Athletics 1-0 Flambeau de l’Est.
-Muzinga fc 1-1 Aigle Noir.
-Inter Stars 1-1 Messager Ngozi.
-Nyanza United 1-2 Vital’o fc.
-Olympic Star 1-0 Les Éléphants.
Inkino zitegekanijwe kuruyu w’Imana akaba ari:
LLB S4a – Olympic Muremera.
Buja City – Les Crocos
Tworangiza tubamenyesha ko muriryo higanwa umugwi wa Vitalo ukiri mu kibanza ca mbere