Jimmy Samson abandanya atera imbere m’umuziki akora !

0

Umuririmvyi w’umurundi aba muri Leta zunze ubumwe za America aririmba indirimbo zo guhimbaza Imana ” Jimmy Samson, kugeza ubu ari mu gihugu ca Tanzania aho abandanya akoresha ibiteramo.

jimmy

Nkuko vyibonekeza, uno muririmvyi kuva aho atanguriye umuziki nuko aguma atera imbere ndetse bikaba biboneka ko indirimbo ziwe zikunzwe cane muri Tanzania .

Ino nimwe muri Video imwerekana ari mu giteramo yari yatumiwemwo muri Tanzania.