Lolilo:Atagihindutse ejo nzoba ndi mu Burundi

0

Umuririmvyi w’umurundi lolilo buca agaruka mu gihugu ciwe c’amavukiro nkuko yaraye abimenyesheje ikinyamakuru cacu ubmnews.
Lolilo muri Afrika y'pfo
Lolilo ati:atagihindutse ku munsi w’ejo nzotahuka ngaruka mu gihugu canje mva mu gihugu ca Afrika y’Epfo aho nari nagiye gukora ibiteramo,ibiteramo vyagenze neza cane kuko abantu bavyitabiriye ari benshi cane.
lolilo
Tworangiza tubamenyesha ko lolilo yaramaze ikiringo c’indwi zitatu murico gihugu ca Afrika y’EPFO.