Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano mu Burundi, Pierre Nkurikiye, yamenyesheje amakuru avuga abantu 14 bafashwe mu gisagara ca Bujumbura i Mutanga Nord bagirizwa gukoresha ubusuma hakoreshejwe urwenge(escroquerie).
Muri abo bafashwe hakaba harimwo abajejwe umutekano mu gisoda n’igipolisi hamwe n’abasivile bakorana.Bakaba biyise abakozi bakora muri Regideso mu gukora ubwo busuma.
Mukurikirane hano Pierre Nkurikiye:
Recent Comments