UBM News ads

‘Ibiswi vy’inkona’ vyashitse mw’idini rya Islamu

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Mu masanamu ariko akwiragizwa ku mbuga ngurukana bumenyi, herekanwa abana bakiri bato bo mw’idini rya Islamu bariko bigishwa kuririmba indirimbo yo guhayagiza umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza.

Nk’uko abari mu mugambwe uri ku butegtsi, CNDD-FDD babivuga, abana bakiri bato bo mu mugambwe uri ku butegsti bameneysha ko biswe “Ibiswi vy’Inkona” kubera ko ‘Inkona’ ari ikimenyetso kiboneka ca CNDD-FDD.

Abatari bake bariko bavuga ko ingingo y’idini rya islamu yo kuja muri politike gutyo bitari bwibonekze aho vyemewe ko ‘Inkona’ yinjiza ibiswi vyayo bishasha’ bivuye muri Islamu.

Raba hano iyo video:

Bamwe bamwe bariko bagira ico bavuze kuri iyo video iriko irakwiragira ku mbuga ngurukana bumenyi.

Abandi bakavuga ko ari uguhata canke ugutera ku nguvu mu bwenge bw’abana bakiri bato ibijanye na politike.

https://twitter.com/albcontact/status/1173860150953828352?s=20

 

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments