Gitega : Umuganga yafashe ku nguvu umwigeme

0

Umuganga (Infirmier) Jean SIBOMANA ari mu minwe y’igiporisi kuva ku muhingamo wo kuri uwu wa gatanu, inyuma y’aho afashwe ariko asambanya umwigeme ku bitaro vya komine Mutaho, intara ya Cibitoke.

Nk’uko igiporisi kibimenyesha, uwo mwigeme yafashwe ku nguvu yari umurwaza (Garde malade).

Mu giporisi bavuga ko uwo muganga Jena SIBOMANA ariko arakorerwa idosiye kugira ashikirizwe ubutungane.