FNL : Ijambo Pasteur Habimana yashikirije abarundi rikomeje gutangaza benshi !

0

Pasteur Habimana yahoze ari umuvugizi w’umugambwe FNL wa Rwasa Agathon ariko ubu akaba arongoye umugambwe wiwe FNL iragi rya Gahutu Remy, yongeye kwumvikana mumajwi aho ivyo yashikirije bikomeje gutangaza benshi.

habimana

Kubwiwe ngo babahenze kuva kera ,aho bababesha ko uwutwara ategerezwa kuba yavukana imbuto bityo ngubwoko bumwe akaba aribwo bwari bwarigaruriye ubutegetsi mu Burundi, we akaba anebagura cane intwaro zabayeho kuva kera.