Landry gateka abazaniye indirimbo yitwa Umwana mwiza

0

Nyuma y’indirimbo ziwe zagiye zirakundwa cane n’abakunzi b’umuziki w’uburundi,Ladry Gateka ubu agiye kubaha indirimbo nziza cane,indirimbo iryoshe cane,indirimbo yise Umwana Mwiza
gateka

Landry Gateka akamenyesha ko iyo ndirimbo yise Umwana Mwiza ko yizeye ko izokundwa cane ndetse ikarusha n’izindi ziwe zakunzwe cane nka Hora n’izindi
landry gateka
Tworangiza tubamenyesha ko Landry Gateka ari umwe mu baririmvyi b’abarundi bakundwa cane