Ntahonyabwoko rihari ryo guhonya Abatutsi mu Burundi.

0

Icegera cakabiri c’umukuru winama nshingamateka yu Burundi ” Eduard Nduwimana akaba numushingamateka yatowe mu ntara ya Kayanza, amenyesha abarundi namakungu ko atahonywabwoko ryimirije mu Burundi kandi atanumusi rizokwigera riba.

edward

Kubwiwe abona ko ababivuga ari ububeshi bwirementanya kubera ngo babona inzego zihari uyu munsi zishigikiwe nabarundi benshi kubivyo ngwababivuga ni ukugirango bacanishemwo abarundi.

Eduard Nduwimana ati : Jewe ndi UMUTUTSI , apana umwe wimperekeza, kuvyukuri ntahanyabwoko ryo guhonya abatutsi rihari mu Burundi ahubwo nababivuga ni ububeshi bwirementanya kubera ko babona inzego zihari uyu munsi zishigikiwe nabarundi benshi kubwivyo ababivuga ni ukugirango bacanishemwo abarundi.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here