Domitille Kiramvu yipfuza ko Petero Nkurunziza yicwa.

0

Domitira Kiramvu ni Umwe mubamenyesha makuru bakundwa cane bo kw’iradiyo ijwi ry’abanyagihugu kubera ijwi ryiwe hamwe n’ubuhinga yakoresha mukuvuga amakuru kuriyo Radiyo yatanze ingingo 3 zo guhasha Nkurunziza harimwo no Kumwica akazimangana.

kiramvu

Murivyo bintu 3 yasize ahabona we, yemeza neza hamwe birinze bikoreka ko vyotuma ubutegetsi bwa Nkurunziza buzimangana ,aho murivyo akaba yanasizemwo kuzimanganganya ubuzima bwiwe akicwa kugira azoce yibagiranwa burundu.

Umviriza hano amajwi.