Lolilo arashimira Imana rugiravyose

0

Umuririmvyi w’umurundi Niyonzima Nassor Saloum Azwi nka Lolilo arashimira Imana Rugiravyose kubona umwaka ugiye kurangira neza kuri wewe kuko ngo uyu mwaka ugiye kurangira ari mu gihugu c’afrika y’epfo mu biteramo kandi ivyo biteramo akaba yabironsemwo abantu atari bake.

lolilo

Lolilo ati:Ntakindi nokora atari gushima Imana kuko ibikorwa vyanje uyu mwaka vyakunzwe cane kuko naronse ibiteramo bitari bike cane.

lolilo2

Tworangiza tubamenyesha ko uyo muririmvyi muri kino gihe ari mu gihugu ca Afrika y’epfo