Michel Lunanga agiye kuba mu Rwanda?

0

Michel Lunanga n’umwe mu basore b’abarundi basanzwe bazwi cane mu mwuga wo gufotora,kuruyu wa kane niho yafata urugendo yerekeza mu gihugu c’urwanda aho agiye kubandanyiriza umwuga wiwe wo gufotora.
Imbere yuko afata urugendo,ikinyamakuru cacu ubmnews caramwegereye kiramubaza ico agiye gukora mu gihugu c’urwanda,Michel ati:ngiye kubandanyiriza umwuga wanje mu gihugu c’urwanda
michel lunanga
Tumubajije ko atazogaruka mu gihugu c’uburundi,Michel ati:uburundi n’igihugu canje,ndagikunda canee so ntegerezwa kuza ndaza kuraba umuryango wanje
Tworangiza tubamenyesha ko Michel Lunanga ko ariwe yaharugwa nk’umufotozi wa mber ngaha mu burundi.