Friday, August 19, 2022
HomeNewsBururi : Abantu babiri bapfuye baguweko n'umusozi

Bururi : Abantu babiri bapfuye baguweko n’umusozi

Abantu babiri bo ku mutumba Bitezi, zone Gasibe, komine Matana, intara ya Bururi, bitavye Imana baguweko n’umusozi mu gihe bariko bimba ingwa.

Abo bapfuye ni Yvette TUYISABE umunyeshure wo mu mwaka w’umunani, hamwe na Johnson IRUMVA, bakaba bompi baguweko n’umusozi ku mugoroba wo kuri uwu wa kabiri, aho ni mu gihe bariko bimba ingwa yo guhoma inzu babamwo.

sozi

Abantu begereye uwo musozi abo bantu bariko barimba baronderamwo ingwa baragerageje gutabara, ariko bakaba basanze bamaze kwitaba Imana

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments