UBM News ads UBM News ads
Thursday, July 25, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Breaking News : I Bujumbura mu Bwiza abantu bitwaje ibigwanisho bagandaguye abantu bashika kuri 3

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Mu bwiza imwe muri zone isanzwe iherereye mugisagara ca Bujumbura abantu bitwaje ibigwanisho bagandaguye abantu bashika kuri 3.

bwiza

Nkuko amakuru ava ngaho mu Bwiza abimenyesha ,kuruyu mugoroba wo kuw’ambere abantu bari kw’ipikipiki bari bitwaje ibigwanisho barashe amasasu menshi cane kubagabo batatu bari bateramiye ku muhana muri Zone ya Bwiza ,aho abo barashwe baciye bahasiga ubuzima ubwo nyene kuko amasasu barashwe yari menshi.

Ibi bikaba vyabereye ahasanzwe hari ihuriro ry’ibarabara rya gatandatu n’iryicenda muri Bwiza, Inyuma yiraswa ryaba bantu 3 ,amakuru ava ngaho murico kibanza amenyesha ko aba batatu bose baciye bacikana.

Aba batatu bagandaguwe akaba ari:
OPP1 Dusabumuremyi Anicet yakora muri (MAROHA)
NDIKURIYO Protais yari DG ressources humaines du ministère de l’éducation(DG/RH au MINEDUC)
Me NDUWIMANA Emmanuel uyu akaba yari umushingwamanza

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments