Amasasu menshi yumvikanye mw’ibohero rikuru rya Mpimba

0

Amasasu menshi yumvikanye mw’ibohero rikuru rya Mpimba mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri. Amakuru ava muri iryo bohero avuga ko abaporisi bacunga iryo bohero aribo barashe amasasu mu kirere, kugira bateshe abanyororo bagira batoroke ibohero.

firda

Ayo masasu ntaco yononye, yaba ku ruhande rw’abanyororo muri rusangi, canke abo bagira batoroke ibohero.