Abafungwa bashika 3000 bagiye kurekurwa

2

Mu nyuma yaho Umukuru w’igihugu, Petero Nkurunziza, amenyesheje ko abanyororo bamwe bamwe bagiye gutezurirwa kw’igenekerezo rya mbere nzero 2019, umushikiranganji w’ubutungane, Leontine Kanyana amenyesha ko iyo ngingo igiye gushirwa mu ngiro. Yabivugiye mu nama yakoresheje kuruyu wa Kabiri arikumwe n’abajejwe kuzofasha kugira iyo ngingo iranguke.

Hakaba hari haheze amezi abiri abo banyororo barindiriye ko iyo ngingo ishirwa mu ngiro. Amashirahamwe ajejwe kubahiriza agateka k’abafunzwe akaba yarasemereye ko iyo ngingo yoshirwa mu ngiro.

Abafungwa bamaze gukatirwa imyaka itanu y’umunyororo nibo barabwa niyo ngingo nayo abakoze ivyaha vy’agahomeramunwa iyo ngingo ntibaraba. Ku kibazo naho cabari kurekurwa batarekuwe mu mwaka w’i 2018 aho Umukuru w’igihugu yatanga kandi ikigongwe, abajejwe agateka k’abafunzwe bamenyesha ko bagiye gukurikirana ico kibazo.

2 COMMENTS

  1. Throughout the awesome scheme of things you secure a B+ with regard to hard work. Where exactly you lost everybody was in your facts. As as the maxim goes, the devil is in the details… And it couldn’t be much more correct in this article. Having said that, let me say to you just what did work. The authoring is certainly quite persuasive and this is probably the reason why I am taking the effort to comment. I do not make it a regular habit of doing that. Next, even though I can easily see a leaps in reasoning you come up with, I am not really certain of exactly how you seem to unite your points which inturn produce the actual conclusion. For the moment I will, no doubt yield to your point but wish in the future you actually link the dots much better.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here