UBM News ads

Kunyinyurana muri CEEAC,Urwanda rwikuyemwo:Uburundi bugiye kuyobora CEEAC

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Leta y’urwanda iragiriza ibihugu bigize CEEAC gukoreshwa na RDC ivyatumye urwanda rufata ingingo yo kuva muri uwo muryango w’ibihugu vya Afrika yo hagati muvyo ubutunzi(CEEAC) mu gihe rwari rwiteze ko arirwo rugiye kuyobora CEEAC ariko RDC ikavyitambika imbere.

Hagati aho Uburundi nibwo bugiye kurongora CEEAC guhera igenekerezo rya 31.8.2025.

Leta y’urwanda yaraye ifashe ingingo yo kuva mu muryango w’ibihugu vya Afrika yo hagati mu vyo ubutunzi

Imvo Leta y’urwanda yatanze ku musi w’ejo yagirije ivyo bihugu ko bikoreshwa na RDC mu gihe urwanda rwari rwiteze ko arirwo ruzoyobora CEEAC

Hagati aho uburundi akaba aribwo bugiye kuyobora uyu muryango wa CEEAC guhera igenekerezo rya 31.8.2025 nkuko umushikiranganji w’imigenderanire y’uburundi Albert nshingiro yaraye abishikirije inyuma y’inama y’abakuru b’ibihugu bagize uwo muryango I malabo muri Guinée Equatoriale kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 7 ruheshi 2025.

CEEAC igizwe n’ibihugi 11arivyo l’Angola, le Burundi, le Cameroun, la République Centrafricaine, le Congo, le Gabon, la Guinée Equatoriale, la République Démocratique du Congo, le Rwanda, Sao Tome et Principe et le Tchad.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments