UBM News ads

Urunani KIRA-BURUNDI rubona ko CENI iriko ‘itegura nabi amatora’

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Urunani ruhurikiyemwo abatavuga rumwe na leta y’i Gitega arirwo Kira-Burundi rwamaze gushira ahabona ko ata kintu kinini rwiteze ku mugwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, ariwo CENI.

Mu makuru urwo runani rushira ahabona ruvuga ko ‘uko amatora ariko ategurwa nabi, kandi vyose biriko bikorwa nabi na CENI’.

Ivyo urwo runani rukaba rubivuga mu gihe habanje kuba ukurabana ayingwe hagati y’urwo runani na CENI igihe CENI yankiye ko uwashizwe imbere na Kira-Burundi yankirwa kwitoza ko adakwije ibisabwa.

Uwashizwe imbere ngo azokwitoze muri urwo runani ni Domitien Ndayizeye yahoze arongoye Uburundi imbere y’uko CNDD-FDD ifata igihugu.

Urunani Kira-Burundi rworwo rubona ko ataco rwizeye ku umugwi CENI ko amatora azogenda nabi cane.

Ariko leta hamwe n’abayishigikiye babandanya bavuga ko ‘amatora azogenda neza cane’.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments