UBM News ads

Bamwe bariko barasokora mu matora

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Aba nabo ni nk’imigambwe UPD Zigamibanga, CNDD, FRODEBU Nyakuri n’uwigenga Ildephonse Rugema. Umugambwe CNDD urongowe na Leonard Nyangoma ukaba wamenyesheje ko amatora adatunganijwe neza ko atazobamwo umuco ukwiye.

Umugambwe FRODEBU Nyakuri nawo ukaba wamenyesheje ko uzokwitabira cane amatora y’abashingamateka gusumba y’Umukuru w’igihugu ngo kuko wohava uyatsinda yose abanyagihugu batabimenyera. Uwigenga nawe Umuganwa Ildephonse Rugema akaba yabujijwe kubera afise ubwenegihugu bubiri hamwe nuko yasanze barahejeje gutanga amakarata y’itora.

Kurubuga rw’amatora amadosiye y’abitoza akabandanya atangwa imigambwe CNDD-FDD na CNL ikaba iboneka cane ko iriko iratanga amadosiye yayo muma CEPI no muma CECI kubazokwitoza mubahanuzi bakomine n’abashingamateka. Benshi bakabona ko kwitaba amatora bisaba uburyo bwinshi burengeye ubw’imigambwe imwimwe.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments