UBM News ads

Uradandaza kumupaka w’Uburundi na RDC rwoba rutifashe neza

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Izo nkuru zikava mu gihugu ca Congo kibanyi aho abadandaza babacongomani begereye umupaka w’Uburundi bafunze amabarabara ibidandazwa biva m’Uburundi bija muri Congo bicako. Bakaba bagiriza abarundi kuba nabo bataborohereza gukora urudandaza rwabo m’Uburundi nkuko amategeko y’Umuryango wa CPGL abivuga.

Ivyo rero ngo bikaba bimaze imisi ine kandi iyo yegereyegere ikazomara imisi 15. Benshi bakavuga ko ikibazo c’amahera y’agaciro arico giteye ingorane kuko Leta y’Uburundi iheruka gushinga amategeko mashasha akigenga.

Ivyo bikaba ari uruhombo runini nkuko bivugwa n’umuhinga m’Ubutunzi, Faustin Ndikumana, ati kuko abo badandaza batanga amakori bakari n’amadeni y’amabanki bakanafata amahoteri ibinyobwa n’ibifungurwa arivyo bituma guhanahana ibidandazwa vyiyongera.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments