UBM News ads

Ubutungane b’Uburundi bwemeje igihano co gufunga Germain Rukuki imyaka 32.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umukozi akora mw’ishirahamwe ryo guharanira agateka ka zina muntu mu Burundi, Germin Rukuki afunzwe yagurizwa gushaka guhungabanya umutekano w’igihugu.

Ubutunganze bw’Ubrudni biciye kuri Sentare ya Bujumbura,bukaba bwemeje igihano uyo Germain Rukuki yari yakatiwe co gufungwa imyaka 32. Bikaba bisobanura ko Geramin Rukuki agiye kumara imyaka 32 mu gasho.

Germain Rukuki, uwari yafashwe mu myaka ibiri iheze nubu akiri mu gasho, abandanya ahakana ivyo yagirizwa ko arenganywa.

Amashirahamwe mpuzamakungu aramze gutanga akamo kayo ko uwo aharanira agateka ka zina muntu mu Burundi yorekurwa.

Germain Rukuki akaba kandi yagirizwa kuba yarakoranye n’abakoze imyiyerekano mu mwaka wa 2015 aho hari abashatse kurwanya itorwa ry’umukuru w’igihugu ahari, Petero Nkurunziza.

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments