UBM News ads

Bugendana: Umukuru w’umutumba yagirizwa gufata ku nguvu abakenyezi.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Mu ntara ya Gitega, muri komine Bugendana, hari umukuru w’umutumba yagirizwa gufata ku nguvu abakenyezi, nawe akaba ari chef de zone Deo Ntahonsigaye akaba ariwe yagirizwa iryo bara.

Ikinyamakuru Ndongozi cashize ahabona iyo nkuri kimenyesha ako uyo chef de zone, Deo Ntahonsigaye, yafashe ku ngubu umukenyezi wo muri zone yiwe.

Ndongozi ikamenyyesha ko abakenyezi baciye bahaguruka kugira biyamirize ingendo yuwo mukuru wa zone maze basaba ko abogozwa mu mabanga yiwe uko atayabereye.

https://twitter.com/ndongoziB/status/1124386197357436928

Abo bakenyezi biyamiriza uwo ‘mutware’ wabo bavuga ko ivyo gufata ku nguvu vyiraye muri iyo komine ya Bugendana.

None vy’ukuri ‘umutware’ yagenywe kandi aserukira abategetsi bo hejuru yoba akwiye kumenyekana gutyo?

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments