UBM News ads

Denise Nkurunziza yaratowe guserukira umugambwe CNDD-FDD k’umutumba avukako

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

 

Ivyo nivyavuye mu matora  yabaye kumitumba yose igize Uburundi kur’uyu wagatandatu. Amatora yabaye mu mugambwe CNDD-FDD agamije gutora indongozi kumitumba kuduga gushika kuwuzoserukira uwo mugambwe uri k’ubutegetsi mu matora yo mu 2020.

President Barack Obama and First Lady Michelle Obama greet His Excellency Pierre Nkurunziza, President of the Republic of Burundi, and Ms. Denise Bucumi, in the Blue Room during a U.S.-Africa Leaders Summit dinner at the White House, Aug. 5, 2014. (Official White House Photo by Amanda Lucidon)

Umupfasoni w’Umukuru w’igihugu, Denise Nkurunziza, akaba arico kimenyetso cambere cerekana kwagiye kwinjira mu bikorwa vya politike nyezina. Ubwambere akaba yari mu bikorwa vy’ishengero yiwe yise Eglise du Rocher.

Benshi bakanuganuga ko ashobora gusubirira umufasha wiwe kwitoza mu matora yo mu 2020 eko no kuba umukuru w’igihugu. Akaba ari bwo bwambere Uburundi buzoba burongowe n’umukenyezi. Bamwe bakavuga ko abifitiwe uburenganzira kuko ibwirizwashingiro ritabimubuza abandi bakabona ko ubutegetsi ataho bwoba bugiye.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments