NEWS

Video Yerekana Imbonerakure Zivuga ko “Zizotera Inda” Abo Batavuga Rumwe Irateye Impari.

on

Hagize imisi hakwiragira ku mihora ngurukana bumenyi ivideo ivuga imisore iri mu mugambwe uri ku butegetsi arizo imbonerekure zxiriko zirimba ko ‘zizotera inda abakeba’ ni ukuvuga ko abatri mumugambwe CNDD-FDD bazoterwa inda nizo mbonerakure kugira bavyare imbonerakure.

Raba hano iyo video:

Naho hari ivyemeza nyakejeranya muri iyo video, uwujejwe kumenyesha amakuru muri CNDD-FDD, Nancy-Ninette Mutoni, amenyesha ko amatohoza yibanze yamaze gutangura ku vywerekeye izo Mbonerakure zafashwe video ziriko ziririmba ziter ubwoba kozizotera inda abakeba.

Urwandiko rwemeza ko iyo video ari iyukuri kandi ko hazohanwa abazokwagirwa

Ariko Mutoni akabandanya amenyesha ko iyo video ifise intumero yo kwonona imigenderanire yuwo mugambwe hanze yawo. Akamenyesha ko iyo ndirimbo irimwo butumwa butandukanye nivyiyumviro vy’umugambwe uri ku butegetsi CNND-FDD, akongera akamenyesha ko abazokwagirwa bazohanirwa amakosa yabo.

Recommended for you