Zari The Boss:Naho mumutuka tiffah umunsi umwe azoba umukuru w’igihugu

0

Umutambukanyi wa Diamond ariwe Zari The Boss lady yamenyesheje ko naho abantu bamutuka umwana wiwe,umwana bavyaranye na Diamond ariwe Tiffah ngo umunsi umwe azoba umukuru w’igihugu
diamond na tiffah
Zari The bossy lady akavuga ko abantu atari beza batuka ngo umwana akiri muto atazi ikibi niciza
tiffah umwana wa diamond
Tworangiza tubamenyesha ko uyo mwana wa diamond na Zarri The Bossy Lady yitwa Tiffah