Umuririmvyi wumunya jamaica Konshens yarabiciye biracika mu gihugu c’urwanda mu giteramo yarafise kw’igenekerezo rya 31/12/2015 mu giteramo co kurangiza umwaka wa 2015.

Nkuko tubikesha ikinyamakuru co mu rwanda afrifame bavuga ko ico giteramo citabwe n’abantu benshi sana
Aya namwe mu mafoto yico giteramo







Recent Comments