Yoya abazaniye agakemanyi gashasha

0

Issa Djamali abenshi bazi kw’izina rya yoya azaniye abakunzi biwe agakemanyi gashasha,ako gakemanyi nako akaba atari akandi,akaba ari indirimbo yitwa Rukundo
yoya
Yoya akaba yasohoreye iyo ndirimbo mu gihugu c’urwanda aho asanzwe ari muri kino gihe
Ukeneye kuyumva yumve hano:
https://www.youtube.com/watch?v=VbrvXE2PZEc