Vitalo ifashijwe na kireko yaratsinze Messager Ngozi yariko ifashwa na Mukulukulu

0

Umugwi wa vitalo ufashijwe n’umukinyi akomeye cane wa ninde ariwe kireko warashoboye gutsinda umugwi wa messager ngozi umugwi wariko ukinamwo umumenyeshamakuru wa rema fm ariwe mukulukulu ku gitsindo 1_0,igitsindo catsinzwe kuri penalty yatewe n’umukinyi mavugo laudit,hari kw’igenekerezo rya 10/1/2016 nkuko iyo nkuru tuyikesha uwujejwe marketing muri uyo mugwi wa vitalo ariwe Arsene Bucuti
arsene

Abakinyi batanguye mu mugwi wa vitalo’o fc akaba ari:

Arakaza mac arthur
Nkurunziza d’amour
Issa vidic
David
kiza fataki
Laudit Mavugo
Bonniface
Pistis
Tchabalala
Kireko
Tambwe floribert
bucuti,kireko na mukulukulu
Abakinyi nabo batanguye mu mugi wa messager ngozi akaba ari:
Hamim
Nomono
Jean Paul
EbouE
Malouda
Ibrahim
Kagabo
Enock
Mukulukulu
Fataki Intelligent
Viveroi

Tworangiza tubamenyesha ko urwo rukino rwari mu ntumbero yo kwunga ubucuti mbere no kumenyesha kumugaragaro ugukorana na ECONET Leo,Vitalo ikaba yaboneyeho akaryo ko gutanguza uburyo bushasha bwo gufasha umugwi wayo biciye muri Ecocash kuri compte yuwo murwi kuri 77777.