UBM News ads

Yoba ari amabuye y’agaciro agiye gutuma Amerika,urwanda na kongo bisinya amasezerano agamije igurishwa ry’ubutare muri Amerika?

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umunyamabanga mukuru wa Leta y’Amerika Marco Rubio atanganje ko Leta y’urwanda na kongo bigiye gusinya amasezerano isaha 8 ariko ayo masezerano ntiyavuze ico yerekeye.

Naho atavuze ico yerekeyeco,kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 23 Ndamukiza 2025 umuvugizi wa leta y’urwanda Yolande Makolo yabwiye ikimenyeshamakuru Reuters ko urwanda n’Amerika bari mu mubiganiro vyerekeye igurishwa ry’amabuye y’agaciro.kongo nayo isanzwe iri mu biganiro na Amerika ajanye n’icukurwa n’igurishwa ry’ubutare.

Ikindi gishoboka kandi Leta y’urwanda ishobora kuba yagondojwe n’Amerika maze urwanda rugahagarika akavuyo ruri guteza muri kongo.Nkuko UN idasiba kubivuga,urwanda rufise ingabo zishika 4000 kubautaka bwa kongo zifashanya n’umuhari M23

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments