Yaya toure,Ayew Andre nhamwe na Aubameyang ninde azotahukana agashimwe k’umukinyi mwiza muri Afrika?

0

Abakinyi batatu nibo bariko barahiganirwa gutwara agashimwe k’umukinyi yingejeje neza mu mugabane wa Afrika,abo bakinyi ni yaya toure,aubameyang hamwe na andre ayew.
ibibazo bibandanya vyibazwa n’abakunzi b’umupira w’amaguru muri kino gihe,bibaza umukinyi azohabwa ahabwa ako gashimwe gakomeye cane.
yaya toure,aubameyang,ayew
Umukinyi azotahukana ako gashimwe akazomenyekana kw’igenekerezo ry’indwi ukwezi kwa nzero umwaka wa 2016