Best Life Music:Amasanamu yacu agiye kwerekana kuri Nigezie

0

Amasanamu y’indirimbo Better Than y’umugwi Best Life Music agiye kwerekana ku mboneshakure yo mu gihugu ca Nigeria,imboneshakure ikundwa cane kandi iteza imbere umuziki,imboneshakure ya Nigezie.
better than
Best Life Music bati:turishimye cane kubona amasanamu y’indirimbo better than agiye kwerekana mu gihugu ca Nigeria,ivyo bikaba vyerekana akazi dukora gashimwa na benshi.
Tworangiza tubamenyesha ko ayo masanamu y’indirimbo better than azokwerekawa ejo igihe c’isaha icenda ku mboneshakure Nigezie.