Drogba na Iding boba baje nkabarokozi muri Chelsea

0

Umumenyereza Guns Iding hamwe n’umukinyi Didier Drogaba boba bagiye kuza nk’abarokozi mu mugwi wa chelesea,ivyo bikaboneka kuko murukino chelsea yaraye itsinze abo bantu uko ari babiri bari batumiwe n’uwusanzwe arongoye umugwi wa chelsea kugira baze kwirabira urwo rukino.
drogba
Hamwe drogba yogaruka yoba agarutse mu mugwi azi,amenyereye,umugwi watumye amenyekana cane,umugwi watumye atahukana ubushimwe bwinshi.