Wizz fohla,landry gateka na Al nasha’a babazaniye indirimbo nshasha

0

Wizz fohla afadikanije n’abaririmvyi nka landry gateka hamwe na al nasha’a bagiye gushira ahabona indirimbo iryoshe cane,indirimbo yitwa Come back
landry dateka,wizz fohla na al nasha'a

Iyo ndirimbo bakaba bayikoreye mu nzu ihinyanyura indirimbo ya Jiga touch music,ikorwa n’umuhinyanyuzi jiga pro

Tworangiza tubamenyesha ko iyo ndirimbo niyamara kuja ahabona muzotangura kuyumva hano ku kinyamakuru cacu ubmnews nkuko abo baririmvyi babitwemereye.