Saido Ntibazonkiza yaraye ahaye intsinzi umugwi wiwe

0

Umukinyi w’umurundi saido ntibazonkiza yaraye ahaye intsinzi umugwi wiwe wa caen,aho uyo mugwi waraye utsinze umugwi wa rennes igitsindo 1-0,igitsindo cabonetse kumunota wa 54 gitsinzwe nuyo mukinyi saido ntibazonkiza
ntibazonkiza

Nyuma yugo rukino,saido ntibazonkiza akaba yaratanze ikiganiro ku banditsi n’abamenyeshamakuru aho yashoboye kuvuga aya majambo,ariko akaba yayavuze mu rurimi rw’igifaransa,saido ati:« On a été soudé, on a tout fait pour gagner ce match. Je félicite toute l’équipe »,mu rurimi rw’ikirundi akaba yashatse kuvuga ati:twakoze ibishoboka vyose kugira dutsinde runo rukino,ndakeje abakinyi dukinana bose

Tworangiza tubamenyesha ko ico gitsindo kiciye kiba ica mbere uyo mukinyi atsinze mu mugwi wiwe wa caen