Mr Champagne abazaniye indirimbo nshasha

0

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,umuririmvyi w’umurundi mr champagne akaba yamenyesheje ko yasohoye indirimbo nshasha yitwa ” Je suis alaise”,indirimbo yibaza ko izokundwa nabatari bake na cane cane abakunzi b’umuziki w’uburundi
mr champagne

Mr champagne ku batamuzi akaba ari umuririmvyi amaze kwiyandikishiriza izina mu muziki w’uburundi,akaba amaze gukorana n’abaririmvyi benshi b’abarundi aho ni nka:Ashley diva,r flow,chany queen n’abandi benshi

Tworangiza tubamenyesha ko iyo ndirimbo muzotangura kuyumva hano ku kinyamakuru cacu ubmnews