Vitalo’o fc yasozerewe mu gutsindwa na Enyimba

0

Umugwi wa vitalo usanzwe umenyerezwa na Etienne Ndayiragije wakuweho mw’ihiganwa ry’imigwi yabaye iya mbere iwabo mu gutsindwa n’umugwi wa Enyimba wo mu gihugu ca Nigeria
vitalo

Mu rukino rwabereye ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore umugwi wa vitalo ukaba watsinze umugwi wa Enyimba ibitsindo 2_1 ariko uyo mugwi ukaba waciye utaha bivanye nuko mu rukino rutangura rwabereye mu gihugu ca Enyimba Vitalo yari yatsinzwe na Enyimba 5_1

Tworangiza tubamenyesha ko Vitalo ifata ikibanza ca mbere mw’ihiganwa Primus ligue