Saido Ntibazonkiza ntiyatumweko mu mugwi nserukira gihugu Intamba mu Rugamba

0

Nyuma yaho amaze iminsi atavyifatamwo neza mu mugwi wiwe wa caen wo mu gihugu c’ubufaransa,umukinyi saido Ntibazonkiza ntiyatumweko mu mugwi nserukira gihugu w’uburundi Intamba mu rugamba
saido
Mu gatondo ko kuruyu wa gatanu niho hamenyekana abakinyi b’umugwi nserukira gihugu w’uburundi bagiye kwitegurira urukino ruzobahuza n’umugwi wa Namibie,
Abo bakinyi ni:
– Arakaza Mc Arthur
– Rugumandiye Yvan
* Défenseurs latéraux :
– Harerimana Rachid Léon
– Kiza Fataki
* Défenseurs centraux :
– Hakizimana Issa
– Rugonumugabo Stéphane
– Nshimirimana David
* Milieux défensifs & offensifs :
– Barenge Pistis
– Ndikumana Yussuf Lule
– Mustapha Francis
– Ndayisenga Fwadi
– Nahimana Shasiri
– Tokoto André – Hakizimana Djuma Tonton
– Shabani Hussein
* Attaquants :
– Ndarusanze Claude
– Laudit Mavugo
– Ndikumana Yamin Selemani
# Abakinyi bakina mu bindi bihugu bakazotangura gushika i bujumbura ku munsi wa gatandatu :
-Nzokira Jeff —Nizigiyimana Karim
– Nsabiyumva Frédéric
– Papy Faty
– Abdoul Fiston
– Nshimirimana Abbas
– Nduwarugira Christophe
– Amissi Cédric
– Bigirimana Gaël
– Kwizera Pierre
– Tambwe Amissi
– Ndabashinze Dugary
Tworangiza tubamenyesha ko ukudatumako Saido Ntibazonkiza vyababaje benshi