Vitalo’o fc yasinye amasezerano na Radio10Burundi

0

Umugwi wa Vitalo’o fc usanzwe urongowe na Benjamin Bikorimana warasinye amasezerano n’i radio 10 burundi kuruyu wa kane igenekerezo rya 3 igenekerezo rya kigarama umwaka wa 2015 nkuko amakuru dukesha umumenyeshamakuru wiyo Radio ariwe Arsene Bucuti.
radio 10
Muri ayo masezerano Vitalo yasinye na Radio 10 bakazoza baravuga inkino zose zuyo mugwi yaba inkino zo ngaha mu burundi canke mpuzamakungu.
vitalo fc
Vitalo fc ukaba ubaye umugwi wa mbere wa hano mu Burundi ushoboye gusinya amasezerano n’i radio yo ngaha mu Burundi.