Dj Israel na Dj Prince babazaniye Gongunik

0

Aba Dj babiri bakomeye cane hano mu gihugu c’uburundi aribo Dj Israel muzi yahora avuza kuri black and white afadikanije na mugenzi we asanzwe ndetse anaririmba ariwe dj prince babateguriye Gongunik ikomeye cane,Gongunik bavuga ko izoba ibaye iya mbere imeze neza itunganijwe hano mu gihugu c’uburundi nkuko dj israel yabimenyesheje ikinyamakuru cacu ubmnews mu kiganiro yaduhaye kuruyu wa gatandatu.
gongunik
Dj israel ati:Gongunik turiko turategura izoba ikomeye cane,twizeye ko abantu bazoza ku bwinshi kuko uwutazoza azoba ahomvye cane.
gongunik
Twobamenyesha ko iyo Gongunik izoba kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 12/12/2015 kuri Saga vodo,kwinjira akazoba ari kubuntu