Vitalo’o fc ibandanya yifatira ikibanza ca mbere muri primus ligue

0

umugwi wa vitalo’o fc umenyerezwa na Etienne ubandanya wifatira ikibanza ca mbere mw’ihiganwa primus ligues
vitalo
Vitalo ikaba itaratsindwa urukino na rumwe kuva uyo mumenyereza etienne atanguye kuwumenyereza
vitalo fc
Tworangiza tubamenyeshako vitalo iriko yitegurira imikino ya Afrika