Amasanamu y’indirimbo better than y’umugwi best life music yerekanwe kuri Mitv

0

Amasanamu y’ndirimbo better than yarerekanwe ku mboneshakure yo mu gihugu ca nigeria,imboneshakre ya mitv
better than on mitv nigeria best life music
Ayo masanamu rero akaba abandanya yerekanwa ku mboneshakure yo mu bihugu vyo muri Afrika
Tworangiza tubamenyesha ko ayo masanamu yakozwe n’umuhinyanyuzi Meddy Salle